Uwahoze ari Papa Benedicto XVI yitavye Imana aho yaba i Vaticano, ku myaka 95, hafi imyaka 10 kuva atanze imihoho kubera amagara make. Yabaye umukuru wa Ekereziya Katorika mu kiringo kidashika imyaka ...
Na Paul Kirby BBC News Papa Francis avuga ko uwahoze ari Papa Benoit XVI (Benedict XVI) arwaye cane, aca asaba abari mu rugendo rweranda i Vaticano kumusabira. Benoit XVI w’imyaka 95, yabaye indongozi ...